Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Afrika y’epfo: igihuhusi caje nk’ikivumbuzi cononye vyinshi
Afrika y’epfo: igihuhusi caje nk’ikivumbuzi cononye vyinshi
Yatangajwe
N’imiburiburi abantu 10 barahitanywe n’igihuhusi mu ntara ya KwaZulu-Natal no m’ubuseruko bwa Cape.
Ibice bimwe vya Tongaat imyuzure yarunyuye ivyasigajwe n’imvura y’isegenya n’umuyaga mwinshi.
Abategetsi baragabisha ku mvura idasanzwe yitezwe mu minsi iza.