Izi nzovu ni ibisuma?

Insiguro ya video, Sri Lanka, inzovu zibangamiye ubuzima bw'abahita, n'ubwazo.
Izi nzovu ni ibisuma?
Yatangajwe

Muri Sri Lanka hibonekeza ingeso z’inzovu zishwara amabarabara zirondera ivyo kurya mu ngenzi zirengana.

Uretse amasanganya ko kubangamira abahita, “izo nyifato zirabangamira amagara y’izo nzovu”.

Muganga Ashoka Dangolla atanga akarorero k’uruzuba zamako, ibinono vyononwa n’ikaburimbo, ndetse n’ivyatsi vyuzuye umwanda wo ku ma barabara zirisha.

Sri Lanka, inzovu zibangamiye ubuzima bw'abahita, n'ubwazo.
Insiguro y'isanamu, Sri Lanka, inzovu zibangamiye ubuzima bw'abahita, n'ubwazo.