Umu nye Kenya yiyemeje guhangana n’ingwara ibangamiye Afrika

Insiguro ya video, Ingwara ‘sickle cell’ canke ‘drépanocytose’ itera ikeha ry'amaraso.
Umu nye Kenya yiyemeje guhangana n’ingwara ibangamiye Afrika
Yatangajwe

Ni ingwara iharurwa mu ma miliyoni y’aba ny’africa, bo bakayitirira intezi canke uburozi.

Umubiri urabura amaraso akwiye: ‘sickle cell’ canke ‘drépanocytose’ itegwa n’ubumuga bw’uturemangingo two mu maraso dutukura.

Ntidushobora gukwiza umwuka m’umubiri.

Ng’uku uko Lea w’i Taveta muri Kenya yerekanye ibintazi kuri iyo ngwara, mu guhangana nayo.

Lea wo muri Kenya n'ingwara Drépanocytose
Insiguro y'isanamu, Lea ahanganye n'ingwara Sickle Cell / Drépanocytose