Nigeria: “Kuvuza ingoma ni ugutsimbataza akaranga”

Adebayo ariko avyura umuco w'ingoma za Nigeria.
Insiguro y'isanamu, Adebayo ariko avyura umuco w'ingoma za Nigeria.
Nigeria: “Kuvuza ingoma ni ugutsimbataza akaranga”
Yatangajwe

“Abana benshi ntibari bazi ingoma.”

Adebayo Ayodeji ariko aravyura ingoma mu mico ya Nigeria.

Avuga ko bayifashisha mu kubigisha akamaro kayo mu mico ya Africa.

Yizera ko abavyeyi nibabona ivyiza vyayo, bazorekura abana babo bakaza bariga kuzivuza.

Insiguro ya video, “Abana benshi ntibari bazi ingoma.”