Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Aho indege ya Prigozhin yamenekeye
Aho indege ya Prigozhin yamenekeye
Yatangajwe
BBC yatohoje ko iyo ndege yakorokeye I Kuzhenkinskoye.
Umukuru w'abacangero Wagner,
Yevgeny Prigozhin, yari k'urutonde rw'abari bayirimwo.
Abemera Prigozhin bahuye, bamwunamira.
Perezida Putin yahojeje umuryango wiwe, bukeye mu gatondo, “akibimenya”.