Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Rwanda: Ibintu 4 ntibagiranwa muri ‘Trace Awards Festival’
Rwanda: Ibintu 4 ntibagiranwa muri ‘Trace Awards Festival’
Yatangajwe
Yizihiza imyaka 20 ibayeho, 'Trace Awards Festival', imurikamuco rishingiye k’ubuhanzi na muzika y’imizi ny’Africa, yashimishije benshi, kuva i Kigali.
Kabaye akaryo ko kumurika abahanzi b’i Rwanda, imbere y’abakunda muzika bagera ku 7 500.
Ibyo byahuje abahanzi b’aba ny’Africa barenga 50, byarebwa n’abantu basaga miliyoni 300, mu isi.
Ibyo birori kandi byabaye akunguko ku banyemari bafise ibishoro mu ubucuruzi na za ‘services’ mu Rwanda.
Na Bucyana, Yves, & Machado Audace