Kuki 'cholera' igarutse yica cane, ubu?
Kuki 'cholera' igarutse yica cane, ubu?
Yatangajwe
Mu ntango ya 2023, OMS, nk’ishami rya ONU ryitaho amagara y’abantu, ryaragabishije ko hari ibihugu bihanzwe na ‘Cholera’.
Mu karere k’ibiyaga binini, muri ivyo bihugu harimwo RDCongo.
Ng’izi imvo nkuru z’uko hose ata kwijajara, kuko na Africa y’epfo iteye imbere, iriko irahitana abantu.




