Maroc : abatabara, ubuzima bwose barokoye ni umunezero

Insiguro ya video, Abahitanywe na nyamugigima barenga 2 800.
Maroc : abatabara, ubuzima bwose barokoye ni umunezero
Yatangajwe

Ku mvo za nyamugigima yateye Maroc, abarenga 2 800 nibo bamaze kumenyekana bapfuye.

Nyamugigima yadutse mw’ijoro ry’uwa 9-09-2023, cane cane mu karere ka Marrakesh.

Igihugu kiri mu kigandaro, ubu cakira imfashanyo zimwe zimwe mvamakungu.

Maroc, hamaze kumenyekana abarenga 2 800 bapfuye.
Insiguro y'isanamu, Maroc, hamaze kumenyekana abarenga 2 800 bapfuye.