Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Cameroun: icigwa c’umurimyi karuhariwe
Cameroun: icigwa c’umurimyi karuhariwe
Yatangajwe
Loïc Kamwa ashikana itoni 600 z'umwimbu w'ibigori k'umwaka.
Yatashe iwabo muri Cameroun mu 2016 amaze imyaka 2 kwiga muri USA.
Imvo y’iryo hitamwo ry’umugambi wiwe, avuga ko yashingiye ku ngorane z’urudahera.
None ni kuki Loïc Kamwa yahisemwo kurima ibigori?