Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
RDC: “Amahoro aturutira amatora”
RDC: “Amahoro aturutira amatora”
Yatangajwe
Abaharurwa mu 1 500 000 ni aba nye Kongo baba mu karere kagenzurwa na M23.
M’ubuhungiro, bavuga bati “amahoro aturutira amatora”.
“Iyaba twosubiye iwacu twomenya ko twozotora”.
Naho ONU n’amashirahamwe afasha uko ashoboye, intambara ziri mw’isi nka Russia na Ukraine.
Ubu ni cane cane muri Gaza, ntiyorosha uko RDC yitaweho n’amakungu.