Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Kenya : igihe ikamyo yarimwo gaz yaturika
Kenya : igihe ikamyo yarimwo gaz yaturika
Yatangajwe
Umuriro wononye vyinshi, uturutse kw’ikamyo yarimwo gaz yaturitse.
Hari mu ‘gicugu’ igihe uwo muriro wahitanye n’imiburiburi abantu 2.
Amajana bakomeretse mu gice ca Embakasi i Nairobi.
Haracatohozwa imvo y’iryo turika.