Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Idini riri inyuma y’umushatsi rurangiranwa wa Bob Marley
Idini riri inyuma y’umushatsi rurangiranwa wa Bob Marley
Yatangajwe
Mu kurindira ilelesi nshasha kuri Bob Marley n’ubuzima bwiwe, ng’ibi ibikuru vyo kumenya k’umuco n’ingendo vya Rastafarianism.
Muri ino nkuru kandi, utahure idini ryashigikiye ubuhinga bwa Bob Marley.
Utahure n'izindi nguvu zari inyuma ya Bob Marley gushika abe rurangiranwa.