Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Uburaruko bwa Gaza: “nta ndya, nta mazi meza bikiboneka”
Uburaruko bwa Gaza: “nta ndya, nta mazi meza bikiboneka”
Yatangajwe
Abantu benshi baba ahabera intambara i Gaza, barabangamiwe n'inzara idasanzwe, k'ubwa OMS.
½ kirenga c’isi irimwa, harononywe n’ibitero vya Israel ivuga ko ihīga umuhari Hamas wayiteye ukayicira, ukananyuruza abantu.
“Umwana nk'uyu, aba azira iki kuba mu bihe nk'ibi turimwo?”, umwe mu bavyeyi yavuga yereka BBC umwana wiwe w’amezi 5, amerewe nabi.