Afghanistan – imyuzure: “Aho Imana, twarokotse”

Insiguro ya video, Umuryango wakiriye hamwe kuko imyuzure yabasanze hamwe, wari no guhona.
Afghanistan – imyuzure: “Aho Imana, twarokotse”
Yatangajwe

Abantu amajana nibo bameshejwe ko bapfiriye muri iyo myuzure.

Amazu arenga 3 000 arasenyuka i Baghlan, m'uburaruko bwa Afghanistan.

Umuryango w’abantu 11 warokotse bitanganje, inyuma y’igihe bagwana n’imikuba iremereye y’amazi.

Umuryango wakiriye hamwe kuko imyuzure yabasanze hamwe, wari no guhona.
Insiguro y'isanamu, Umuryango wakiriye hamwe kuko imyuzure yabasanze hamwe, wari no guhona.