Japan: inyuma ya nyamugigima, abatabazi 5 baguye mw’isanganya ry’indege
Japan: inyuma ya nyamugigima, abatabazi 5 baguye mw’isanganya ry’indege
Yatangajwe
Muri nyamugigima yahwikiye Japan, abategetsi bavuga ko “n'imiburiburi abantu 48 bapfuye, inyubakwa nyinshi zirononekara”.
Ubu igihuhusi -Tsunami- ku kiyaga cagabanutse, abatabara nka 1 000 babandanya kurondera abataraboneka.
Ariko abatwara bamenyesha abanyagihugu kuguma biteguye kuko abahinga bavuga ko n’iyindi ishobora gukurikira.

Ahavuye isanamu, Getty Images



