Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Mu myaka 10, maze gutabara inzoka zishika 6 000
Mu myaka 10, maze gutabara inzoka zishika 6 000
Yatangajwe
Vedhapriya Ganesan, ku myaka yiwe 24, aramaze kumenyekana ku bikorwa vyiwe vyo gukura inzoka mu mihana, azisubiza mw’ishamba.
I Chennai, muri India, hari amashamba n’inzuzi, bigatuma inzoka zitembereza.
Mu 2001, m’Ubuhindi, abarenga umuliyoni barapfuye ku ngaruka zo gukomorwa n’inzoka.
Ubu abatwara bamufata nk’umuhinga ngo abafashe gukingira abantu n’izo nzoka.