“Niwamenya neza uwo uri, uzoyobora abandi, nta n’uwuzogukandagira”
“Niwamenya neza uwo uri, uzoyobora abandi, nta n’uwuzogukandagira”
Yatangajwe
Umenye uko kami ka muntu, kumenya aho isi igeze, kwibaza iyo igana … vyogushikana kure.
Biri mu vyo Iris Irumva ava mu Burundi, na Veronica Safoa ava muri Ghana bahurizako mu nyigisho zabo, ku baharanira ubuyobozi.
Cane cane babwira abakiri bato, uko kuri bo, ubushobozi bw’uburongozi bufise imizi henshi, ugutandukanye.
Ibikuru kw'ibanga ryabashikanye ku co bari.




