Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Armenia – Azerbaijan: “Igihe cose twarashobora kwicwa”
Armenia – Azerbaijan: “Igihe cose twarashobora kwicwa”
Yatangajwe
Ibihumbi vy’abo m’ubwoko bw’aba ‘Armeniens’ barahunze kuva Azerbaijan yigaruriye intara ya Nagorno-Karabakh, mu ndwi iheze.
Bahungiye muri Armenia kuva leta y’iyo basanzwe bamuka igabishije ko bashobora kwicwa.