Aha ni igihe nyamugigima yahwikira Taiwan

Insiguro ya video, Abatwara bamenyesheje ko n’imiburiburi abantu 7 bapfuye.
Aha ni igihe nyamugigima yahwikira Taiwan
Yatangajwe

Ivyononekaye vyinshi vyabonetse k’umugwa mukuru wa Taiwan, Taipei.

Abatwara bamenyesheje ko n’imiburiburi abantu 7 bapfuye kubera iyo nyamugigima yar’iremereye, ibitari bwaboneke mu myaka 25 iheze.

Ibikorwa vyo gutabara vyarabandanije ikiba, umunsi wose wo ku wa gatatu, n’ibihugu nka China na Japan birafasha.

Taiwan: Abatwara bamenyesheje ko n’imiburiburi abantu 7 bapfuye.

Ahavuye isanamu, Getty Images

Insiguro y'isanamu, Abatwara bamenyesheje ko n’imiburiburi abantu 7 bapfuye.