Umupaka wa Egypt na Sudan wabaye nk’isoko kubera impunzi zinaniwe

Insiguro ya video, Kuva intambara zadutse muri Sudani, impunzi zijabukira k’umupaka wa Wady Halfa.
Umupaka wa Egypt na Sudan wabaye nk’isoko kubera impunzi zinaniwe
Yatangajwe

Kuva intambara zadutse muri Sudani, impunzi zijabukira k’umupaka wa Wady Halfa zivuga ko zibangamiwe.

Egypt yari yashinze ingingo yo gufasha abahunga, ariko yarahinduwe bukwi na bukwi.

Ubu impunzi zivuga ko zisabwa amananiza, kuri uwo mupaka.

Impunzi za Sudani zivuga ko zinanizwa k'umupaka
Insiguro y'isanamu, Impunzi za Sudani k'ubuserukizi bwa Egypt