Kuki hari ibihugu bisiganwa ku kwezi?

Muri kazoza, ubuzima buzoba buri k'ukwezi?
Insiguro y'isanamu, Muri kazoza, ubuzima buzoba buri k'ukwezi?
Kuki hari ibihugu bisiganwa ku kwezi?
Yatangajwe

Amazi yubuweyo, abahinga bavuga ko ari yo mvo nkuru y’ubwo bushakashatsi.

Ivyemeza vyaragaragajwe ko India yururukiye hafi y’aho havugwa ko hari amasoko.

Russia yaheruka kugerageza vyankira mu nzira.

Neil Armstrong wa USA yashitse k’ukwezi muri za 1960s.

Insiguro ya video, Neil Armstrong wa USA yashitse ku kwezi muri za 1960s.