Senegal: abana batoye Perezida wabo

Insiguro ya video, Senegal: uko abana bigishwa ivyo intwaro
Senegal: abana batoye Perezida wabo
Yatangajwe

Biriko birakwira muri Afrika ko abana, mu mashule, bimenyereza bimwe mu biranga demokarasi.

Muri Senegal, igihugu gisa n’ikizingamitswe n’ibihe vy’amatora, abana bo mu mashule

babwiye BBC uko bipfuza ko igihugu cabo kirongorwa.

Ni mu gihe nko kw’ishule SOS-Dakar, batora uwugiye kubaserukira.

Senegal: uko abana bigishwa ivyo intwaro
Insiguro y'isanamu, Senegal: uko abana bigishwa ivyo intwaro