Burundi: “Ni batwongere umushahara, ubuzima bwarazimvye”
Burundi: “Ni batwongere umushahara, ubuzima bwarazimvye”
Yatangajwe
“Urakira umukiliya akakubwira ngo ‘jewe simobwa n’umukobwa’”.
Ni intahe ya Rehema yahisemwo kwiga, no kuba kimyozi.
Doroteya, we yahisemwo kuba umu ‘aide-maçon’, avuga ko ari ubwa mbere m’ubuzima bwiwe abonye 1kg c’ibiharage kigeze ku yarenga 3 500fbu.
“Ku miliyoni zirenga 12 z’Abarundi, 6 kuri 10 babayeho m’ubukene” [Ibanki y’isi, 2023].
Ku vyo ubuzi, leta isaba abayifasha kuyishigikira kwigisha ivyo imyuga.




