Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Umuziki: Bobo Wé yakuriye mw'ibarabara, yiha izina
Umuziki: Bobo Wé yakuriye mw'ibarabara, yiha izina
Yatangajwe
"Ko tudafise abadufasha mu vyo umuziki, turigwanako, udahevye bikaguha inguvu."
Bobo Wé avuga ko avanga umuziki w'akaranga ka Benin, n'uwuharawe, agakuramwo ibiryohera ugutwi.
Yabwiye BBC uko umuvuduko wiwe mu vyo umuziki watanguye.