Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
“Ibigendajuru bishika 200 birashobora kuzoturika”
“Ibigendajuru bishika 200 birashobora kuzoturika”
Yatangajwe
Ibigendajuru biharurwa mu 3 500 vyararungitswe mu kirere ku mvo nk’ubushakashatsi.
Ikarata yerekana ko ibirenga 200 ataco bikimaze, vyabaye umwanda, kandi ko bishobora guturika.
Vyoshika, vyogira izihe ngaruka kw’isi, n’ibiyibako?