Uko abantu twoba tubayeho tubikesha inzuki

Insiguro ya video, Nk'uko zikora ubuki, bifasha n’ibidukikije gutotahara, n'aho zihunze haba habangamye.
Uko abantu twoba tubayeho tubikesha inzuki
Yatangajwe

Ivyigwa vyerekana ko inzuki zidahingura ubuki gusa, uretse ko nabwo bufitiye akamaro ntagereranywa amagara y’abantu.

Ivyo biremwa biriko birahona mw’isi, uko bikora ubuki, bifasha n’ibidukikije gutotahara.

Abakurikirana ubuzima bw’inzuki, nk’uyu muhinga yazubakiye ahagutse iwe, “inzuki zigenga zirasabikanya ibitiba ata ‘kimenyane’”.

Nk'uko zikora ubuki, bifasha n’ibidukikije gutotahara, n'aho inzuki zihunze canke zigahona haba habangamye ku bantu.
Insiguro y'isanamu, Nk'uko zikora ubuki, bifasha n’ibidukikije gutotahara, n'aho zihunze haba habangamye.