Gaza : imfashanyo zarekuwe kwinjirira i Rafah, umuhora wa Egypt

Gaza : imfashanyo zarekuwe kwinjirira i Rafah, umuhora wa Egypt
Yatangajwe

Ayo ma kamyo yarimwo imiti, indya nke, ariko ata bitoro.

“Zakiriwe n'abatabazi b'umusaraba n’ukwezi bitukura na ONU, twanasahotse ata ngorane”.

Ni intahe ya Bahaa Rafaat, umu nye Egypt atwara ama kamyo.

Si iza mbere zirekuwe, ariko, hari ama kamyo 300 arindiriye uruhusha rwo kwinjiza imfashanyo muri Gaza.