Nigeria: bamwe mu bavyeyi ba ba bana barenga 250 banyuruzwa i Kuriga, batswe ingwati

Insiguro ya video, Kuriga ni akagwati gato, imiryango nka yose yaranyurujwe n’imiburiburi umwana.
Nigeria: bamwe mu bavyeyi ba ba bana barenga 250 banyuruzwa i Kuriga, batswe ingwati
Yatangajwe

“Ndizera cane ko umwana wese azogarukanwa i muhira.”

Bivugwa na Uba Sani, umukuru wa leta ya Kaduna, abo bana banyurujwe bakurwamwo.

Vyibazwa ko uko ubuzima buzimba, leta nayo itagishobora kugwanya inkozi z’ibibi, ari zimwe mu mvo z’iryo nyuruzwa.

Perezida Bola Ahmed Tinubu wa Nigeria yihanije abajejwe umutekano gutanga iyo ngwati kuri abo bana.

Nigeria: Kuriga, ni akagwati gato, imiryango nka yose yaranyurujwe n’imiburiburi umwana
Insiguro y'isanamu, Kuriga, ni akagwati gato, imiryango nka yose yaranyurujwe n’imiburiburi umwana