“Ku ndwi iheze nashinguye umwana wanje kubera ivyuka vya ‘coal’”
“Ku ndwi iheze nashinguye umwana wanje kubera ivyuka vya ‘coal’”
Yatangajwe
Mu gihe hari impari kw’ikoreshwa ry’amasôko afatiye k’ubutare n’ibindi nka bwo, ihinguriro rya ‘coal’, ubutare bukoreshwa nk’ibizuku muri Africa y’epfo, riri mu mayira abiri.
Mu gihe hari ingorane z’umuyagankuba muri ico gihugu, ubwo butare ‘coal’ nibwo busahiriza amasôko y’umuyagankuba.
Ariko ababa hafi y’amacukuriro yabwo, nibo basa n’abahebwe.




