"Igihe cose abaganga bahagaritse akazi, nibuka umwana wanje yapfuye"

Insiguro ya video, Kassim na Rophine b’i Mombasa, umwana wabo yapfuye atavuwe.
"Igihe cose abaganga bahagaritse akazi, nibuka umwana wanje yapfuye"
Yatangajwe

Kassim na Rophine b’i Mombasa, umwana wabo yapfuye atavuwe.

Muri Kenya, bari mu baguweko n’amahano, mu mezi 2 yar’aheze hari abaganga bahagaritse imirimo.

Abo baganga basaba ko leta ibahindurira uburyo bakoramwo.

Kuva mu 2017, leta ikunze kuvuga ko ata mahera ifise, naho bashitse ku masezerano, ubu.

Kassim na Rophine b’i Mombasa muri Kenya, umwana wabo yapfuye atavuwe.
Insiguro y'isanamu, Kassim na Rophine b’i Mombasa, umwana wabo yapfuye atavuwe.