Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Italento ya Lordina Nancy asuka imishatsi ku myaka itatu
Italento ya Lordina Nancy asuka imishatsi ku myaka itatu
Yatangajwe
"Umunsi umwe, avuye kw'ishule, yaruhutse, nabonye afata 'ibisuko', aradufasha gusuka umukiliya, atawubimwigishije."
Amina Yukubu, umuvyeyi wiwe avuga atangara, anishima kw'italento y'agakobwa kiwe
"Nk'umuvyeyi, ndamufasha kuja kw'ishule, niyakura, azohitamwo umwuga, nzomushigikira."