Imvo n'imvano ku buzima bwa Domitien Ndayizeye n'ivyiyumviro vy'abanywanyi ku kiganiro na Perezida Ndayishimiye

Insiguro y'amajwi, Imvo n'imvano: Ikiganiro ku buzima bwa Domitien Ndayizeye yahoze arongoye Uburund
Imvo n'imvano ku buzima bwa Domitien Ndayizeye n'ivyiyumviro vy'abanywanyi ku kiganiro na Perezida Ndayishimiye
Yatangajwe

Mu rugendo rwiwe bwite arimwo mu gisagara ca Nairobi muri Kenya, uwahoze ari umukuru w’igihugu c'Uburundi Domitien Ndayizeye yahaye ikiganiro BBC ku ngingo zitandukanye, eka no ku buzima bwiwe bwite. Muri kino kiganiro imvo n'imvano muramwumva. Murumva kandi n'ivyiyumviro vy'abanywanyi ba BBC ku kiganiro n'umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye, aho agejeje isemo mu mabanga yiwe y'umukuru w'igihugu c'Uburundi amazemwo imyaka itatu.