Kenya: bahanganye n’imyanda yo mu ma WC

Insiguro ya video, Hari abo dukorana bamaze no gupfa kubera ingaruka z'umwuga wacu.
Kenya: bahanganye n’imyanda yo mu ma WC
Yatangajwe

Gucukura ibinogo vy’imyanda yo mu mazu, cane cane ivya WC, vyabaye umwuga kuri Omar na Tabitha.

Aba ba nye Kenya bavuga ko ari akazi kabatunze, ariko karemerejwe n’ingaruka ku magara yabo.

Mu gasagara ka Lamu bakorera, ata mashini zishobora kuhinjira gukurayo iyo myanda, barashimwa uko bitangira abahaba, ijoro n’umutaga.

Kenya: hari abo dukorana bamaze no gupfa kubera ingaruka z'umwuga wacu.
Insiguro y'isanamu, Hari abo dukorana bamaze no gupfa kubera ingaruka z'umwuga wacu.