Yahya Sinwar : utahure ivyo uyu yari umukuru wa Hamas yaciyemwo

Insiguro ya video, Hamas yemeje ko Yahya Sinwar yishwe, ariko ivuga ko umuhari utazozimangana.
Yahya Sinwar : utahure ivyo uyu yari umukuru wa Hamas yaciyemwo
Yatangajwe

Iyicwa rya Yahya Sinwar ryemejwe na Israel k'uwa 17-10-2024.

Igice c’urutoke rwa Sinwar carungitswe muri Israel kugira gipimwe ko ari iciwe, mu biziga vya batatu biciwe hamwe, i Rafah.

Inzu ya Sinwar yari imaze kumenaguzwa ibisase akatari gake.

Israel yari yemereye $400 000 uwotanze amakuru afasha gufata uwo yigeze kuba imfungwa yayo.

Hamas yemeje ko Yahya Sinwar yishwe, ariko ivuga ko umuhari utazozimangana.

Ahavuye isanamu, Getty Images

Insiguro y'isanamu, Hamas yemeje ko Yahya Sinwar yishwe, ariko ivuga ko umuhari utazozimangana.