USA – ex URSS: Umuryango w’ibihugu ataho vyegamiye urabaho?

USA – ex URSS: Umuryango w’ibihugu ataho vyegamiye urabaho?
Yatangajwe

Abantu barenga ½ c’abantu baba kw’isi, baba mu bihugu biri m’umuryango w’abo ataho begamiye.

Ni “mw’ihangana” ryo kuva kera, ku mbono y’intwaro n’ivya gisirikare hagati ya USA n’icahoze citwa URSS.

Kuva 2024, uwo muryango uheruka guhurira i Kampala, urongowe na Perezida Museveni, ikiringo c’imyaka itatu.

Ni ba nde, biyunze gute, kuki?