Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Iceland niho hambere ho kurerera abakobwa?
Iceland niho hambere ho kurerera abakobwa?
Yatangajwe
Mu mashule, abana bo muri Iceland bigishwa gukomera no kwiyumvanamwo ata gahato k'ivyiyumviro vyubatswe muri rusangi, ku bitsina.
"Bakwiragije mw'isi ngo Iceland ni iparadiso ry'abagore, ariko sivyo."
Ariko ni co gihugu ca mbere cagwanije gusumbanya imishahara, mu kazi kamwe.
Ikiruhuko c'ubuvyeyi ni amezi 12, bashobora kugabura kubiri.