Izi ngona ni ukuzibungabunga, canke kuzigabanya?
Izi ngona ni ukuzibungabunga, canke kuzigabanya?
Yatangajwe
Ubu bwoko bw'ingona buba mu mazi agwiriyemwo umunyu, nazo zigakara.
Uretse gukara, mu myaka mike zabonwa nk'iziriko zirahona, ariko mu gace ka Australia zigwiriyemwo, zirenga 100 000.
Uretse ibitigiri, ziregera cane ahaba abantu, kandi nko mu 2024, zarihaye inkumbi.
Naho zinjiriza amahera ico gice c'igihugu n'abasangwabutaka baho, amadidane ni uko zibanye n'abantu.

Ahavuye isanamu, Getty Images



