Abana babiri bavukana bakora ibitangaza muri ‘football’

Insiguro ya video, Victor na mutoyi wiwe Confidence, hari abavuga ko bakora ibisigabwenge.
Abana babiri bavukana bakora ibitangaza muri ‘football’
Yatangajwe

“Umunsi umwe, nariko nkinira mu kigo, i muhira, i Abuja. Hari umugabo yaje abwira mama ko nzoba rurangiranwa.”

Victor w’imyaka 9 yahavuye aba rurangiranwa.

Ni umwe mu bana babiri bavukana muri Nigeria, bari mu gitabu c’ibidasanzwe kw’isi, ‘Guinness’.

Na mutoyi wiwe Confidence, hari abavuga ko bakora ibisigabwenge.

Ico bari, bavuga ko babikesha mama wabo.

Bakunda iyihe migwi rurangiranwa?

Victor na mutoyi wiwe Confidence, hari abavuga ko bakora ibisigabwenge.
Insiguro y'isanamu, Victor na mutoyi wiwe Confidence, hari abavuga ko bakora ibisigabwenge.