Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Kuva muri Sudan uhungira muri Libya, ni uguhungira imvura m'umuvo
Kuva muri Sudan uhungira muri Libya, ni uguhungira imvura m'umuvo
Yatangajwe
HCR ivuga ko aba nye Sudan barenga 210 000 barahungiye muri Libya, kuva mu 2023.
Uyu BBC yise Salma, yahunganye n'umuryango, aca muri Egypt, arashika muri Libya.
"Iyo menya ivyari bindindiriye, sinari kwiroha".
We n'abana, barakubitwa uko bukeye, agafatwa ku nguvu…yasanze yaratewe inda n'abamuhohotera.