Jacob Zuma: "Ndabandanya ingwano...hari icaha kinyagirizwa?"
Jacob Zuma: "Ndabandanya ingwano...hari icaha kinyagirizwa?"
Yatangajwe
Mu kiganiro yagiraniye na BBC, Jacob Zuma yahoze atwara Africa y’epfo, yasiguye uko abona yarenganijwe.
Ni inyuma yuko ubutungane bw’igihugu ciwe buvuze ko atemerewe kuzokwitoza nk’umushingamateka.
Mu kwishura, yakoresha ibibazo…
”Si ndi umucamanza”, niyo nyishu Anne Soy wa BBC yamwishuye.




