Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Ibohero ridasanzwe ririko riratekanisha igihugu – El Salvador
Ibohero ridasanzwe ririko riratekanisha igihugu – El Salvador
Yatangajwe
Aha ni imbere mw’ibohero ridasanzwe ryubatswe ngo rijemwo aba 'bandits' bakomeye muri El Salvador.
Iyo nyubako n’ibikorerwayo, ni ikimenyetso c'ingwano ya perezida Nayib Bukele n'abo ba 'bandits'.
Ni ibohero rigizwe n’ubwumba 256 bw’ivyuma.
Bikekwa ko abantu bapfunzwe ‘bukoko’ muri iryo bohero ata wurekuriwe kwinjiramwo.