Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Wohingura gute umuziki mwiza wa ‘Afrobeats’?
Wohingura gute umuziki mwiza wa ‘Afrobeats’?
Yatangajwe
“Kumenya ico abakunzi bawe bakunda…kutora umutamvyi ajanisha…”, ni bimwe bivugwa na Kuami Eugene, umu ‘star’ rurangiranwa w’umu nye Ghana.
Atanga akarorero k’ingene avanga imidiho ny’Afrika, n’iyo mu ba nya Bulaya.
Ariko mu vyo ukuri, ‘amayeri’ yiwe amwe amwe ni ayahe?