Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Israel-Gaza: bivuze iki ko Afrika y’epfo yitwariye Israel?
Israel-Gaza: bivuze iki ko Afrika y’epfo yitwariye Israel?
Yatangajwe
Africa y’epfo irafise ububasha bwo gushingisha urubanza muri sentare mpuzamakungu y’ubutungane ICJ.
Mu vyo yagiriza Israel i La Haye, Israel yo iragabisha Africa y’epfo ko izovyishura.
“Nta ngingo ndiko ndabona ICJ itanga vuba, kuko ivyayo bifata igihe”.
Umuhinga yongeyeko ko sentare ico yosaba cihuta ari uko Israel ‘yokwigora’ ikigumya mu bitero vy’i Gaza.