Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Ubuhinga bushasha bwo kurwanya plastike mu nzuzi
Ubuhinga bushasha bwo kurwanya plastike mu nzuzi
Yatangajwe
Ni ubuhinga bushobora gukoreshwa henshi mw’isi.
Buramaze gukomera mu migazo y’igisagara Amsterdam (Holland).
Abahinga bariko biga uko babukoresha n’ahandi mu gusukura inzuzi n’ibiyaga vyuzuye umwanda wa plastike, ufise ingaruka zidasanzwe ku magara y’abantu n’ibindi binyabuzima.