Gaza: twasubiye inyuma imyaka 100

Insiguro ya video, Ubu n'ubumanuko bwa Gaza vyasabwe ko abantu bahungira, haraterwa.
Gaza: twasubiye inyuma imyaka 100
Yatangajwe

“Igihugu cononekaye.”

Bivugwa na Abu yahunze ibitero vya Israel, ahunganye n’abiwe 40.

N’utubonetse, badutekesha inkwi, nka kera.

“Abana buzuye ubwoba” kubera ibitero vy’urutavanako.

Ni ibihumbi amajana bahungiye m’ubumanuko bwa Gaza, uko Israel yabibategetse.

Ubu n'ubumanuko bwa Gaza vyasabwe ko abantu bahungira, haraterwa.
Insiguro y'isanamu, Ubu n'ubumanuko bwa Gaza vyasabwe ko abantu bahungira, haraterwa.