"Urubaho bagenderako rwaranyigishije ingene mbaho mu buzima bwanje, uguye uravyuka" - Oorbee Roy

Insiguro ya video, Oorbee Roy ubu afise abanywanyi bamukurikirana barenga ibihumbi ijana kuri Tik Tik
"Urubaho bagenderako rwaranyigishije ingene mbaho mu buzima bwanje, uguye uravyuka" - Oorbee Roy
Yatangajwe

Oorbe Roy azwi ubu ku ritazirano rya Aunty Skates yatanguye kugendera ku rubaho banyereza afise imyaka 43.

Avuga ko ico gihe yari afise ubwoba ko abitanguye ateba kandi ko bari kumutwenga.

Ubu avuga ko hari abagore benshi bari mu myaka ya 20 baza kumuraba bamushimira kuba yarabateye intege.

Ku myaka irenga 40, Oorbee Roy yaratanguye kugendera ku rubaho rwo kunyereza hasi