Kenya: “abaganga badukurira baduhanura kuja kurondera akazi hanze”
Kenya: “abaganga badukurira baduhanura kuja kurondera akazi hanze”
Yatangajwe
Muri Kenya, kugira abaganga baronswe umutsindo, bamara umwaka bitangira igihugu, imbere yuko leta ibaha akazi.
Ubu abarenga 1 000 bivugwa ko bahejeje ico kiringo, kandi batararonswa akazi.
Barahagaritse akazi mu kiringo kitazwi.
Ubushikiranganji bw'amagara buvuga ko budafise amahera yabo.
“Ikibi, ni nko ‘kubagerageza’ ngo bihebure, batangure kuvura ata ruhusha. Bivuga ko abarwayi bagiye gupfa.”




