Abadandaza umubiri baronkejwe inyongera mu kazi

Insiguro ya video, Bahabwa akaruhuko, baraziganirizwa, n'ibindi.
Abadandaza umubiri baronkejwe inyongera mu kazi
Yatangajwe

Ububiligi cabaye igihugu cambere mw'isi cahaye abagurisha umubiri iteka, na kontara nk'abakozi.

“Ni ikintu gikomeye kuko, kuri jewe, ni akazi nk'akandi.” (Sofia).

Uwurwaye arahabwa akaruhuko, baraziganirizwa, banahabwa akaruhuko bavyaye, n’ibindi.

Bahabwa akaruhuko, baraziganirizwa, n'ibindi.
Insiguro y'isanamu, Bahabwa akaruhuko, baraziganirizwa, n'ibindi.