War'uzi ko kwoga mu mazi akanye ari umuti?
War'uzi ko kwoga mu mazi akanye ari umuti?
Yatangajwe
Svitlana yahunze Ukraine, abangamirwa n'ihahamuka, kuva Russia itera.
Iyo yahungiye muri Ireland, mu miti umuganga yamuhaye, harimwo kwoga mu mazi akanye, nko mu kiyaga.
Svitlana yemeza ko yiyumva yasubiriye gukomera.




