Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Video: Umurundikazi amaze gutahukana imidari itandukanye mu mahiganwa ya Judo
Video: Umurundikazi amaze gutahukana imidari itandukanye mu mahiganwa ya Judo
- Umwanditsi, Cyriaque Muhawenayo
- Igikorwa, BBC Gahuza
- Yatangajwe
Signoline Kanyamuneza n'umugore aba muri zone Kinama mu gisagara ca Bujumbura agira umukino wa Judo utamenyerewe gose mu bagore.
Uwo mugore w'abana batatu, amaze kwitaba amahiganwa atandukanye ku mugabane wa Afrika, no ku rwego rwisi, aho amaze kuronka imidari itandukanye.